HUGUETTE KAMPUNDU
★★★★★
"that`s very good GOD bless you"
Serges Nduwayo
★★★★★
"Good bible faithfully"
Version: 1.0.1
George Niyingabira
★★
"Harakenewe na Old testament. Nayo New Testament ninziza cane Kandi iramfasha cane"
LÉOPOLD NDAYISABA
★★★★★
"Igikorwa ciza cane gose. Ariko turakeneye na Ancien Testament , biri kumwe, muri Application imwe nyene. Murakoze cane , muhezagirwe🤝"
Version: 1.0.1
Moses Habarugira
★★★
"Good work God bless you. Muvyukuri harikintu mwokosora,burya amajwi azanana na app aravuganeza automatically ariko iyo wagize ama téléchargement yama audio mugihe yamaze gushika muri mémoire ya téléphone, kugirango bible isubire kuzisoma automatiquement biragorana cank bikanka Rero mworaba mugakemura icokibazo. Ikindi mwokora nuko mwotanga lieu de téléchargement kuburyo umuntu abishatse yo télécharger ama audio yose vyoroshe bitarinze guca muri playingpoint.cank playingpoint ▶️ ikaba downloader"
Version: 1.0.1
Ngoma haki
★★★★★
"Well done on this work God bless"
Version: 1.0.1
Master SHIMAYESU David
★★★★★
"Journalists,Dou chun Pai Kungfu"
Version: 1.0.1
Nicintije Kestel
★★★★★
"Thank you for the first one to put that on play store 🏪 Keep on once again and others"
Munezero Innocent
★★★★★
"I really enjoyed it till now It`s great app Thanks be to JEHOVAH 🙏"
Version: 9.3
Paterne MUGISHA
★★★★
"Good but what about the Ancient Testament?"
Version: 1.0.1
Nsengiyumva Roy David
★★★★★
"Really cool, the way it can read it out loud, but there are certain events they forget"
Version: 10.2
David NZOJIYOBIRI
★★★★★
"Nivyiza cane ivyo mukora, kandi ivyo mukora biranyubaka. Muhezagirwe muri vyose na hose."
Version: 1.0.1
Furaha Innocent
★★★★★
"Nizindi audio nimwamara kuziheza noneho bìzarya bidufasha muburyo bwimbitse IMANA ibahe umugisha."
Version: 1.0.1
Rukundo Alexis
★★★★★
"Imana ibahezagire Arik twasaba isezerano rya kera naryo"
Version: 1.0.1
Ignace Abajinama
★★★★★
"Good life for God`s people"
Version: 1.0.1
Ezechiel Niyonkuru
★★★★★
"It`s very amazing"
Version: 1.0.1
Domitien Hakizimana
★★★★
"This biblical application is nice."
Joy Nelson
★★★★★
"Works great. Wish they would talk a little slower!"
Version: 9.3
Innocent NDIKUMANA
★★★★★
"Merci beaucoup Imana iborohereze mu bikorwa ibongere nubwenge. Gusa mutugirire na ancien testament nayo muzoba mukoze."
Version: 1.0.1
Kevin KB
★★★★★
"Nice app never seen May God bless you"